Abanyefeso 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene. Abanyefeso 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kubera ko biciye kuri we, twebwe, vya bisata vyompi+, dushobora kwegera+ Data biciye ku mpwemu imwe+.
16 no kugira ngo asubirize hamwe+ rwose Imana ivyo bisata vyompi mu mubiri umwe+ biciye kuri ca giti co kubabarizwako+, kubera ko yari yishe ubwo bwankanyi+ biciye kuri we nyene.
18 kubera ko biciye kuri we, twebwe, vya bisata vyompi+, dushobora kwegera+ Data biciye ku mpwemu imwe+.