ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 be n’uko bakwiye gutangaza+ no gutera akamo mu bisagara vyabo vyose n’i Yeruzalemu+ hose bati: “Sohoke muje mu karere k’imisozi+, muzane amababi y’imyelayo+ n’amababi y’ibiti vy’amavuta n’amababi y’ibiti vy’imihadasi n’amababi y’ibigazi n’amababi y’ibiti bisagaraye kugira mukore insago, nk’uko vyanditswe.”

  • Yohani 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”

  • Ivyahishuwe 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Inyuma y’ivyo, ngize ntya mbona isinzi rinini+ ata wari ashoboye guharura, bo mu mahanga yose+ n’imiryango yose n’ibisata vyose+ n’indimi zose+, bahagaze imbere ya ya ntebe y’ubwami+ n’imbere ya wa Mwagazi w’intama, bambaye amakanzu yera+; kandi mu minwe yabo hari amashami y’ibigazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika