Kuvayo 39:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 ca gitereko c’amatara+ c’inzahabu itavanze, amatara yaco, umusitari w’amatara+, n’ibikoresho vyaco vyose+ na ya mavuta yo gutanga umuco+,
37 ca gitereko c’amatara+ c’inzahabu itavanze, amatara yaco, umusitari w’amatara+, n’ibikoresho vyaco vyose+ na ya mavuta yo gutanga umuco+,