1 Abami 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Naboti abwira Ahabu ati: “Ni ibitokwiyumvirwa+ kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu+, ko noguha intoranwa ya ba sogokuruza banje+.” Ezekiyeli 48:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ntibaze bahagurisheko namba, canke ngo hakabwe, canke ngo hagire uwutuma ahantu heza kuruta ahandi h’ico gihugu hava mu minwe yabo; kuko ari ikintu ceranda kuri Yehova+.
3 Mugabo Naboti abwira Ahabu ati: “Ni ibitokwiyumvirwa+ kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu+, ko noguha intoranwa ya ba sogokuruza banje+.”
14 Kandi ntibaze bahagurisheko namba, canke ngo hakabwe, canke ngo hagire uwutuma ahantu heza kuruta ahandi h’ico gihugu hava mu minwe yabo; kuko ari ikintu ceranda kuri Yehova+.