ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ariko mwitwararike cane gushitsa ibwirizwa+ n’itegeko Musa umusavyi wa Yehova yabategetse, mu gukunda Yehova Imana yanyu+, mu kugendera mu nzira ziwe zose+, mu kugumya amabwirizwa yiwe+, mu kwumira kuri we+ no mu kumukorera+ n’umutima wanyu wose+ n’ubuzima bwanyu bwose+.”

  • 1 Samweli 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ku bw’ivyo abwira abantu biwe ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu, ko nogira ico kintu ku mukama wanje, uwo Yehova yarobanuje amavuta+, mu gutuma ukuboko kwanje ngo ndamugirire nabi, kuko ari uwo Yehova yarobanuje amavuta+.”

  • 1 Samweli 26:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ni ibitokwiyumvirwa+ kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu+, ko notuma ukuboko kwanje+ ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+! None rero ndakwinginze utore icumu riri hafi y’umutwe wiwe n’ikarabiya ry’amazi, duheze twigire.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika