-
1 Samweli 14:45Bibiliya y’isi nshasha
-
-
45 Mugabo abantu babwira Sauli bati: “Mbega Yonatani arapfa, ari we yashikije ubu bukiriro bukomeye+ muri Isirayeli? Ni ibitokwiyumvirwa+! Turahiye ukubaho kwa Yehova+, hakagira n’agashatsi na kamwe+ ko ku mutwe wiwe gakorokera hasi; kuko yakoranye n’Imana uyu musi+.” Gutyo abantu bacungura+ Yonatani, ntiyapfa.
-