1 Abami 1:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Salomo aca avuga ati: “Niyaba umugabo w’intwari, nta gashatsi na kamwe+ kiwe kazokorokera hasi; mugabo niyabonekamwo ikibi+, azobwirizwa rero gupfa+.” Luka 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yamara nta n’agashatsi+ ko ku mitwe yanyu kazogenda kavuyeko. Ivyakozwe 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ndabaremesheje rero gutamira udufungurwa, kuko ari ku bw’umutekano wanyu; kuko ata n’agashatsi+ ko ku mutwe w’umwe muri mwebwe kazovako.”
52 Salomo aca avuga ati: “Niyaba umugabo w’intwari, nta gashatsi na kamwe+ kiwe kazokorokera hasi; mugabo niyabonekamwo ikibi+, azobwirizwa rero gupfa+.”
34 Ndabaremesheje rero gutamira udufungurwa, kuko ari ku bw’umutekano wanyu; kuko ata n’agashatsi+ ko ku mutwe w’umwe muri mwebwe kazovako.”