1 Samweli 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.” 1 Samweli 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Buno nyene Sauli amurahira Yehova ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nturi bwagirwe n’ikosa muri ivyo!”
6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.”
10 Buno nyene Sauli amurahira Yehova ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nturi bwagirwe n’ikosa muri ivyo!”