ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Kuko, ndahiye ukubaho kwa Yehova we Murokozi wa Isirayeli, n’iyo hoba ari muri Yonatani umuhungu wanje, arapfa ata kabuza+.” Mugabo ntihagira n’umwe amwishura mu bantu bose.

  • Yesaya 48:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.

  • Yeremiya 44:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Nimwumve rero ijambo rya Yehova, mwese abo muri Yuda muba mu gihugu ca Misiri+: ‘“Ehe jewe nararahiye izina ryanje rihambaye+,” ni ko Yehova avuze, “yuko izina ryanje ritazosubira kuba ikintu akanwa k’umuntu wese wo muri Yuda ari mu gihugu cose ca Misiri gasemerera+ ngo: ‘Ndahiye ukubaho kw’Umukama Segaba Yehova+!’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika