Umusiguzi 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntiwihute ku bijanye n’akanwa kawe; nayo ku vyerekeye umutima wawe+, ntiwihutagize gusohora ijambo imbere y’Imana y’ukuri+. Kuko Imana y’ukuri iri mw’ijuru+, mugabo wewe uri kw’isi. Ni co gituma amajambo yawe akwiye kuba make+.
2 Ntiwihute ku bijanye n’akanwa kawe; nayo ku vyerekeye umutima wawe+, ntiwihutagize gusohora ijambo imbere y’Imana y’ukuri+. Kuko Imana y’ukuri iri mw’ijuru+, mugabo wewe uri kw’isi. Ni co gituma amajambo yawe akwiye kuba make+.