Imigani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+. Umusiguzi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 igihe co gutabura+ n’igihe co gushona+; igihe co kunuma+ n’igihe co kuvuga+; Matayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo igihe usenga, ntusubiremwo vya bindi nyene kenshikenshi+ nk’uko abanyamahanga bagira, kuko biyumvira yuko bazokwumvirwa kubera bakoresheje amajambo menshi.
19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+.
7 Mugabo igihe usenga, ntusubiremwo vya bindi nyene kenshikenshi+ nk’uko abanyamahanga bagira, kuko biyumvira yuko bazokwumvirwa kubera bakoresheje amajambo menshi.