ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yonatani rero avugira neza+ Dawidi kuri Sauli se wiwe, amubwira ati: “Umwami ntacumure+ ku musuku wiwe Dawidi, kuko atagucumuyeko kandi ibikorwa yagukoreye bikaba vyabaye vyiza cane+.

  • 1 Samweli 25:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Hanyuma agwa ku birenge vyiwe+ maze avuga ati: “Ikosa niribe kuri jewe mukama wanje+; ndakwinginze umushumbakazi wawe avugire mu matwi yawe+, maze wumvirize amajambo y’umushumbakazi wawe.

  • Esiteri 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko niwapfa kwinumira muri iki gihe, ugutabarwa n’ukurokorwa kw’Abayuda kuzoboneka kuvuye ahandi hantu+; mugabo wewe n’inzu ya so muzoyogera. Vyongeye, hari uwuzi ko icatumye ushikira icubahiro c’ubwamikazi atoba ari ukugira uhaseruke mu gihe nk’iki+?”

  • Zaburi 145:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Bazoyaga ubuninahazwa bw’ingoma yawe+,

      Bongere bavuge ubushobozi bwawe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika