2 Abami 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko arinjira, agwa ku birenge vyiwe araheza aramwunamira ashika hasi+, hanyuma atora umwana wiwe, arasohoka+. Esiteri 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye, Esiteri yongera kuvugira imbere y’umwami, yikubita hasi imbere y’ibirenge vyiwe, ararira, aratakamba amusaba+ ubutoni ngo akureho ikibi+ ca Hamani Umwagagi n’umugambi+ wiwe yari yarateguye ngo agirire nabi Abayuda+.
37 Nuko arinjira, agwa ku birenge vyiwe araheza aramwunamira ashika hasi+, hanyuma atora umwana wiwe, arasohoka+.
3 Vyongeye, Esiteri yongera kuvugira imbere y’umwami, yikubita hasi imbere y’ibirenge vyiwe, ararira, aratakamba amusaba+ ubutoni ngo akureho ikibi+ ca Hamani Umwagagi n’umugambi+ wiwe yari yarateguye ngo agirire nabi Abayuda+.