Esiteri 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo aho Esiteri aziye imbere y’umwami, umwami avuga biciye ku rwandiko+ ati: “Umugambi wiwe mubi+ yateguye ngo agirire nabi Abayuda nusubire ku mutwe wiwe+”; nuko we n’abahungu biwe babamanika ku giti+.
25 Mugabo aho Esiteri aziye imbere y’umwami, umwami avuga biciye ku rwandiko+ ati: “Umugambi wiwe mubi+ yateguye ngo agirire nabi Abayuda nusubire ku mutwe wiwe+”; nuko we n’abahungu biwe babamanika ku giti+.