ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Zereshi umugore wiwe n’abagenzi biwe bose baca bamubwira bati: “Nibategure igiti+ kireha n’amatambwe* mirongo itanu. Maze ejo mu gitondo+ uzobwire umwami bakimanikeko Morudekayi+. Hanyuma uze winjirane n’umwami ku nzimano unezerewe.” Nuko ico kintu kiboneka ko ari ciza+ imbere ya Hamani, maze ategeka ko bategura nya giti+.

  • Esiteri 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.

  • Esiteri 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Umwami aca avuga yuko bikorwa gutyo nyene+. Maze hatangwa itegeko i Shushani, abahungu cumi ba Hamani baramanikwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika