ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma avuga ati: “Nimba umwami abona koko yuko ari vyiza, kandi nimba nagize ubutoni+ imbere yiwe kandi ico kintu kikaba kibereye imbere y’umwami, kandi nimba mpimbaye mu maso yiwe, nihandikwe ivyete vyo kuvuguruza za nzandiko+, wa mugambi wa Hamani mwene Hamedata Umwagagi+, izo yanditse kugira ngo arandure Abayuda+ bari mu ntara z’ubutware zose z’umwami+.

  • Esiteri 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko yandika mw’izina ry’Umwami+ Ahasuwerusi, adomako ikidodo+ akoresheje impeta y’ikidodo y’umwami+, araheza arungikana izo nzandiko intwarabutumwa zo ku mafarasi+, ziri ku mafarasi atwara ivyete akoreshwa mu gikorwa c’umwami, yavyawe n’amafarasi y’ingore anyaruka,

  • Esiteri 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko Esiteri avuga ati: “Nimba umwami abona ko ari vyiza+, ejo na ho nyene Abayuda bari i Shushani nibemererwe kugira nk’uko itegeko ry’uno musi riri+; kandi abahungu cumi ba Hamani bamanikwe ku giti+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika