Esiteri 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimba ngize ubutoni mu maso y’umwami+ kandi nimba umwami abona ko ari vyiza kumpa ico ngomba akongera akagira nk’uko ndamusavye, umwami na Hamani bazoze ku nzimano nzobatereka ejo, maze ejo nzogira nk’uko umwami avuze+.” Esiteri 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Esiteri umwamikazi aca yishura ati: “Nimba ngize ubutoni mu maso yawe ga mwami, kandi nimba umwami abona vy’ukuri ko ari vyiza, ngomba yuko ubuzima+ bwanje burokorwa, ngasaba kandi yuko igisata canje+ kiticwa.
8 Nimba ngize ubutoni mu maso y’umwami+ kandi nimba umwami abona ko ari vyiza kumpa ico ngomba akongera akagira nk’uko ndamusavye, umwami na Hamani bazoze ku nzimano nzobatereka ejo, maze ejo nzogira nk’uko umwami avuze+.”
3 Esiteri umwamikazi aca yishura ati: “Nimba ngize ubutoni mu maso yawe ga mwami, kandi nimba umwami abona vy’ukuri ko ari vyiza, ngomba yuko ubuzima+ bwanje burokorwa, ngasaba kandi yuko igisata canje+ kiticwa.