ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe.

  • Esiteri 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ya kopi+ y’urwandiko rw’itegeko ryari ryatanzwe muri Shushani+ ngo bazimanganywe, arayimuha kugira ayereke Esiteri yongere abimumenyeshe, no kugira ngo amutegeke+ kwinjira aho umwami ari hanyuma atakambe amusaba ubutoni+ yongere asabire igisata ciwe+ imbere y’umwami ata handi biciye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika