ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Amazi aguma aseseka avuye mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,

      Kandi imbuto yiwe iri iruhande y’amazi menshi+.

      Eka umwami+ wiwe azoba hejuru kuruta Agagi+,

      Kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+.

  • Gusubira mu vyagezwe 25:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Maze Yehova Imana yawe niyamara kukuruhura abansi bawe bose hirya no hino mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa ngo ucigarurire+, uze uhanagure Amaleki ntibe ikivugwa munsi y’amajuru+. Ntuze wibagire.

  • 1 Samweli 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Afata Agagi+ umwami wa Amaleki ari muzima, abandi bantu bose na bo abatikirisha ubugi bw’inkota+.

  • Esiteri 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko Hamani+ mwene Hamedata+, Umwagagi+, umwe yanka+ Abayuda bose, yari yateguriye Abayuda umugambi wo kubarandura+, akaba yari yategetse ko baterera Puri+ ari bwo Bupfindo+, kugira abadurumbanye yongere abarandure.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika