Esiteri 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko twagurishijwe+, twe n’igisata canje, kugira tuzimanganywe, twicwe, turandurwe+. Iyo tuba twagurishijwe kugira tube abashumba+ n’abasukukazi gusa, mba nanumye. Mugabo ayo marushwa ntabereye mu gihe bituma umwami ahomba.” Esiteri 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko Hamani+ mwene Hamedata+, Umwagagi+, umwe yanka+ Abayuda bose, yari yateguriye Abayuda umugambi wo kubarandura+, akaba yari yategetse ko baterera Puri+ ari bwo Bupfindo+, kugira abadurumbanye yongere abarandure.
4 Kuko twagurishijwe+, twe n’igisata canje, kugira tuzimanganywe, twicwe, turandurwe+. Iyo tuba twagurishijwe kugira tube abashumba+ n’abasukukazi gusa, mba nanumye. Mugabo ayo marushwa ntabereye mu gihe bituma umwami ahomba.”
24 Kuko Hamani+ mwene Hamedata+, Umwagagi+, umwe yanka+ Abayuda bose, yari yateguriye Abayuda umugambi wo kubarandura+, akaba yari yategetse ko baterera Puri+ ari bwo Bupfindo+, kugira abadurumbanye yongere abarandure.