ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko biciye ku ntwarabutumwa+ barungikira ayo makete intara z’ubutware zose z’umwami, kugira ngo bazimanganye, bice, barandure Abayuda bose, umusore n’umutama, abana batoyi n’abagore, ku musi umwe+, ku musi ugira cumi na gatatu w’ukwezi kwa cumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+, no kugira ngo basahure ibintu vyabo+.

  • Esiteri 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 izo nzandiko zikaba zavuga yuko umwami yemereye Abayuda bari mu bisagara vyose bitandukanye gukorana+ bakirwanira, no kuzimanganya, kwica, kurandura inteko zose z’abantu+ be n’intara y’ubutware vyabanka, abana batoyi n’abagore, no gusahura ibintu vyabo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika