Esiteri 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ivyo bikagirwa ku musi umwe+, mu ntara z’ubutware zose z’Umwami Ahasuwerusi, ku musi ugira cumi na gatatu+ w’ukwezi kwa cumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+.
12 ivyo bikagirwa ku musi umwe+, mu ntara z’ubutware zose z’Umwami Ahasuwerusi, ku musi ugira cumi na gatatu+ w’ukwezi kwa cumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+.