ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko abirutsi+ bafise amakete avuye mu kuboko kw’umwami n’ukw’abaganwa biwe+ bakwiragira muri Isirayeli yose na Yuda, egome, bisunze ibwirizwa ry’umwami, kugira ngo bavuge bati: “Yemwe bene Isirayeli, nimugaruke+ kuri Yehova Imana+ ya Aburahamu na Izahaki na Isirayeli, kugira ngo agaruke ku basigaye muri mwebwe bakize+ ikiganza c’abami ba Ashuri+.

  • Esiteri 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nya ntwarabutumwa+, ziri ku mafarasi atwara ivyete yakoreshwa mu gikorwa c’umwami, ziragenda, zihindagizwa kandi zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami; kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+.

  • Yeremiya 51:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Umwirutsi umwe yiruka guhura n’uwundi, n’uwumenyesha inkuru umwe akiruka guhura n’uwundi+, kugira ngo bamenyeshe umwami wa Babiloni ko igisagara ciwe cafashwe ku mpera zose+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika