Esiteri 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abayuda bakoranira+ mu bisagara vyabo mu ntara z’ubutware zose z’Umwami Ahasuwerusi+ kugira bashorere ukuboko ku barondera kubagirira nabi+, ntihagira umuntu abahagarara imbere, kuko ibisata vy’abantu vyose vyari bisigaye bibafitiye ubwoba+.
2 Abayuda bakoranira+ mu bisagara vyabo mu ntara z’ubutware zose z’Umwami Ahasuwerusi+ kugira bashorere ukuboko ku barondera kubagirira nabi+, ntihagira umuntu abahagarara imbere, kuko ibisata vy’abantu vyose vyari bisigaye bibafitiye ubwoba+.