11 izo nzandiko zikaba zavuga yuko umwami yemereye Abayuda bari mu bisagara vyose bitandukanye gukorana+ bakirwanira, no kuzimanganya, kwica, kurandura inteko zose z’abantu+ be n’intara y’ubutware vyabanka, abana batoyi n’abagore, no gusahura ibintu vyabo+,