-
Esiteri 3:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Amakete banditse bayarungitse mu ntara zose umwami aganza, biciye ku batwara amakete. Ayo makete yatanga itegeko ryo kuzimanganya, kwica no guhonya Abayuda bose, yaba umuto canke umutama, umwana canke umugore. Bategerezwa kubica ku musi umwe, ni ukuvuga ku musi ugira 13 w’ukwezi kwa 12 kwitwa Adari+, bakigarurira n’ibintu vyabo+.
-