ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nimba vy’ukuri umwami abona ko ari vyiza, nihandikwe itegeko ry’uko barandurwa; nanje nzoha italanto ibihumbi cumi+ z’ifeza abazokora igikorwa+ kugira zizanwe mu kigega c’umwami.”

  • Esiteri 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze Morudekayi amumenyesha ibintu vyose vyari vyamushikiye+ be n’ido n’ido ry’amahera Hamani yari yavuze ko azotangira Abayuda ngo aje mu kigega c’umwami+, kugira barandurwe+.

  • Esiteri 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ya kopi+ y’urwandiko rw’itegeko ryari ryatanzwe muri Shushani+ ngo bazimanganywe, arayimuha kugira ayereke Esiteri yongere abimumenyeshe, no kugira ngo amutegeke+ kwinjira aho umwami ari hanyuma atakambe amusaba ubutoni+ yongere asabire igisata ciwe+ imbere y’umwami ata handi biciye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika