2 Samweli 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo uwo mugore w’Umunyatekowa abwira umwami ati: “Ewe mukama wanje mwami, ikosa ribe kuri jewe no ku nzu ya dawe+, ariko umwami n’intebe y’ubwami yiwe nta kibagira.”
9 Mugabo uwo mugore w’Umunyatekowa abwira umwami ati: “Ewe mukama wanje mwami, ikosa ribe kuri jewe no ku nzu ya dawe+, ariko umwami n’intebe y’ubwami yiwe nta kibagira.”