ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 42:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Maze Rubeni arabishura ati: “Sinababwiye nti: ‘Ntimucumure kuri uwo mwana’? Mugabo ntimwanyumvirije+. Ubu rero amaraso yiwe ng’ayo arishujwe+.”

  • 2 Ngoma 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 wewe ubwawe uze wumve rero uri mu majuru+, maze ugire ico ukoze+, ucire urubanza abasavyi bawe kugira ngo usubirize mu nkoko umubisha, mu gushira ibikorwa vyiwe ku mutwe wiwe+, no mu kuvuga ko umugororotsi agororotse+ mu kumuha nk’uko ubugororotsi bwiwe bwite buri+.

  • 1 Yohani 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umuntu wese yanka+ mwene wabo ni umwicanyi+, kandi murazi yuko ata mwicanyi+ afise ubuzima budahera buguma muri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika