1 Samweli 20:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ariko Yonatani yishura Sauli se wiwe ati: “Kubera iki yokwicwa+? Yakoze iki+?” 1 Samweli 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ahimeleki aca yishura umwami, ati: “Mbega ni nde mu basuku bawe bose ameze nka Dawidi+, umuntu w’umwizigirwa+, akaba n’umukwe+ w’umwami n’umukuru w’abacungera ubuzima bawe kandi aterwa iteka mu nzu yawe+? Imigani 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Teranura akanwa, uce imanza mu bugororotsi, uburanire umurushwa n’umworo+.
14 Ahimeleki aca yishura umwami, ati: “Mbega ni nde mu basuku bawe bose ameze nka Dawidi+, umuntu w’umwizigirwa+, akaba n’umukwe+ w’umwami n’umukuru w’abacungera ubuzima bawe kandi aterwa iteka mu nzu yawe+?