Matayo 27:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Avuga ati: “Mbega yemwe, none ikibi yakoze ni igiki?” Na ho nyene barushiriza gusemerera bati: “Namanikwe+!” Luka 23:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ubugira gatatu ababwira ati: “Mbega yemwe, none ikibi uyu yakoze ni igiki? Nta kintu na kimwe namubonyemwo gikwiriye kumwicisha; ndamuhana rero hanyuma ndamurekure+.”
23 Avuga ati: “Mbega yemwe, none ikibi yakoze ni igiki?” Na ho nyene barushiriza gusemerera bati: “Namanikwe+!”
22 Ubugira gatatu ababwira ati: “Mbega yemwe, none ikibi uyu yakoze ni igiki? Nta kintu na kimwe namubonyemwo gikwiriye kumwicisha; ndamuhana rero hanyuma ndamurekure+.”