1 Samweli 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga*+ yica Abafilisitiya+, ku buryo Yehova yashikije ubukiriro bukomeye+ ku bwa Isirayeli yose. Warabibonye maze uranezerwa. Kubera iki none wocumura ku maraso y’intungane mu kwicisha+ Dawidi ata co azira+?” Zaburi 69:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza. Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+. Imigani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.
5 Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga*+ yica Abafilisitiya+, ku buryo Yehova yashikije ubukiriro bukomeye+ ku bwa Isirayeli yose. Warabibonye maze uranezerwa. Kubera iki none wocumura ku maraso y’intungane mu kwicisha+ Dawidi ata co azira+?”
4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.
24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.