2 Samweli 15:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!” Matayo 26:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Maze agenda atumbereye Yezu, avuga ati: “Ndabugize, Rabi+!”, aca aramusoma+ n’ikibabarwe cinshi.
31 Nuko Dawidi amenyeshwa ngo: “Ahitofeli ari mu bariko bagirana na Abusalomu+ umugambi mubi+.” Dawidi aca avuga ati+: “Ewe Yehova+, ndakwinginze impanuro ya Ahitofeli uyihindure ubupfu+!”