2 Samweli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+. Imigani 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibikomere bitewe n’umukunzi ni ivyizigirwa+, mugabo gusomagurwa n’umwankanyi ni ivyo gusaba winginga+.
9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+.
6 Ibikomere bitewe n’umukunzi ni ivyizigirwa+, mugabo gusomagurwa n’umwankanyi ni ivyo gusaba winginga+.