Zaburi 55:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+. Imigani 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwankanyi yiyoberanisha iminwa yiwe, mugabo imbere muri we ashirayo ubuhendanyi+. Mika 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.
21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+.
2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.