2 Samweli 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Abusalomu ntiyagira ico avugana na Amunoni, ari kibi canke ciza; kuko Abusalomu yanka+ Amunoni kubera yari yaratetereje Tamari mushikiwe. Imigani 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ahari uwupfuka urwanko haba iminwa y’ibinyoma+, kandi uwuzana inkuru mbi ni ikijuju+.
22 Nuko Abusalomu ntiyagira ico avugana na Amunoni, ari kibi canke ciza; kuko Abusalomu yanka+ Amunoni kubera yari yaratetereje Tamari mushikiwe.