Luka 22:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akiriko aravuga, haza isinzi, kandi wa wundi yitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, yariko agendera imbere yabo+; hanyuma yegera Yezu ngo amusome+.
47 Akiriko aravuga, haza isinzi, kandi wa wundi yitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, yariko agendera imbere yabo+; hanyuma yegera Yezu ngo amusome+.