2 Samweli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+.
9 Yowabu abwira Amasa ati: “Ni impore ga mwene wacu+?” Maze ukuboko kw’iburyo kwa Yowabu gufata ubwanwa bwa Amasa kugira ngo amusome+.