Matayo 26:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akiriko aravuga, Yuda+ umwe muri bamwe cumi na babiri azanana n’isinzi rinini ryitwaje inkota+ n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata+. Mariko 14:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Buno nyene akiriko aravuga, Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, arashika azananye n’isinzi ryitwaje inkota n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abagabo b’inararibonye+. Yohani 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yuda, umwe nyene kumugura, na we nyene aho hantu yari ahazi, kuko Yezu yari yarahahuriye kenshi n’abigishwa biwe+.
47 Akiriko aravuga, Yuda+ umwe muri bamwe cumi na babiri azanana n’isinzi rinini ryitwaje inkota+ n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata+.
43 Buno nyene akiriko aravuga, Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, arashika azananye n’isinzi ryitwaje inkota n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abagabo b’inararibonye+.
2 Yuda, umwe nyene kumugura, na we nyene aho hantu yari ahazi, kuko Yezu yari yarahahuriye kenshi n’abigishwa biwe+.