Luka 22:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akiriko aravuga, haza isinzi, kandi wa wundi yitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, yariko agendera imbere yabo+; hanyuma yegera Yezu ngo amusome+. Yohani 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yuda rero ahitana umugwi w’abasoda n’abapolisi b’abakuru b’abaherezi n’ab’Abafarizayo, baza ng’aho bafise ibimuri n’amatara n’ibirwanisho+.
47 Akiriko aravuga, haza isinzi, kandi wa wundi yitwa Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, yariko agendera imbere yabo+; hanyuma yegera Yezu ngo amusome+.
3 Yuda rero ahitana umugwi w’abasoda n’abapolisi b’abakuru b’abaherezi n’ab’Abafarizayo, baza ng’aho bafise ibimuri n’amatara n’ibirwanisho+.