Mariko 14:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Buno nyene akiriko aravuga, Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, arashika azananye n’isinzi ryitwaje inkota n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abagabo b’inararibonye+.
43 Buno nyene akiriko aravuga, Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, arashika azananye n’isinzi ryitwaje inkota n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abagabo b’inararibonye+.