1 Samweli 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yonatani rero avugira neza+ Dawidi kuri Sauli se wiwe, amubwira ati: “Umwami ntacumure+ ku musuku wiwe Dawidi, kuko atagucumuyeko kandi ibikorwa yagukoreye bikaba vyabaye vyiza cane+. 2 Samweli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Intuntu iranyishe kubera wewe, mwene wacu Yonatani,Wampimbara cane+.Urukundo wankunda rwari igitangaza kuruta urukundo rw’abagore+. 2 Samweli 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?” Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+. Imigani 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amavuta n’imibavu*+ ni vyo binezereza umutima, n’ubusose bw’umugenzi w’umuntu ni ko bumera kubera impanuro yo mu mutima+.
4 Yonatani rero avugira neza+ Dawidi kuri Sauli se wiwe, amubwira ati: “Umwami ntacumure+ ku musuku wiwe Dawidi, kuko atagucumuyeko kandi ibikorwa yagukoreye bikaba vyabaye vyiza cane+.
26 Intuntu iranyishe kubera wewe, mwene wacu Yonatani,Wampimbara cane+.Urukundo wankunda rwari igitangaza kuruta urukundo rw’abagore+.
9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?”
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.
9 Amavuta n’imibavu*+ ni vyo binezereza umutima, n’ubusose bw’umugenzi w’umuntu ni ko bumera kubera impanuro yo mu mutima+.