Zaburi 35:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bampemba ibibi ku vyiza+,Bagatera intuntu umutima wanje+. Zaburi 109:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Banyishura ikibi ku ciza+,N’urwanko ku rukundo rwanje+. Imigani 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo uwo wese yishura iciza ikibi+, ikibi ntikizova ku nzu yiwe+. Yeremiya 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+.
20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+.