ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ubu rero, inkota+ ntizova mu nzu yawe gushika igihe kitagira urugero+, kuko wansuzuguye ugatwara umugore wa Uriya Umuheti ngo abe umugore wawe.’

  • 2 Samweli 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko haba ikigoyi+ mu misi ya Dawidi mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana; Dawidi atangura rero gusiguza Yehova. Maze Yehova avuga ati: “Kuri Sauli no ku nzu yiwe hari amaraso, kuko yishe Abanyagibeyoni+.”

  • Matayo 27:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko ata vya biceri vy’ifeza mu rusengero, ava ng’aho aragenda, arimanika+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika