Itanguriro 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Yuda aramwegera, avuga ati: “Ndagusavye databuja, ndakwinginze ureke umushumba wawe avuge ijambo databuja yumva+, kandi ishavu ryawe+ ntirirurumbire umushumba wawe, kuko wewe uri nka Farawo+. 2 Samweli 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nya mugore avuga rero ati: “Ndakwinginze umusukukazi+ wawe abwire ijambo+ umukama wanje umwami.” Nuko umwami avuga ati: “Vuga+!”
18 Nuko Yuda aramwegera, avuga ati: “Ndagusavye databuja, ndakwinginze ureke umushumba wawe avuge ijambo databuja yumva+, kandi ishavu ryawe+ ntirirurumbire umushumba wawe, kuko wewe uri nka Farawo+.
12 Nya mugore avuga rero ati: “Ndakwinginze umusukukazi+ wawe abwire ijambo+ umukama wanje umwami.” Nuko umwami avuga ati: “Vuga+!”