1 Samweli 25:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Buno nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi+, hanyuma avuga ati: “Ehe umushumbakazi wawe ameze nk’umusukukazi wo kwoza ibirenge+ vy’abasuku b’umukama wanje+.”
41 Buno nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi+, hanyuma avuga ati: “Ehe umushumbakazi wawe ameze nk’umusukukazi wo kwoza ibirenge+ vy’abasuku b’umukama wanje+.”