Itanguriro 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ndabinginze, hatorwe amazi makeyi hanyuma mwozwe ibirenge+. Maze mwicare munsi y’igiti+. Luka 7:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Aca arahindukira araba nya mugore, hanyuma abwira Simoni ati: “Urabona uyu mugore? Ninjiye mu nzu yawe; nta mazi wampaye+ yo kunyoza ibirenge. Mugabo uyu mugore yatotesheje amosozi yiwe ibirenge vyanje, hanyuma abihanaguza umushatsi wiwe. Yohani 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ashira amazi mw’ibesani, atangura kwoza ibirenge+ vy’abigishwa no kuvyumutsa akoresheje nya gitambara yari akenyeje. 1 Timoteyo 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ashingirwa intahe ku bw’ibikorwa vyiza+, nimba yararera abana+, nimba yarakira abashitsi+, nimba yaroza ibirenge vy’aberanda+, nimba yaratabara abari mu makuba+, nimba yarakurikirana igikorwa ciza cose ashirutse ubute+.
44 Aca arahindukira araba nya mugore, hanyuma abwira Simoni ati: “Urabona uyu mugore? Ninjiye mu nzu yawe; nta mazi wampaye+ yo kunyoza ibirenge. Mugabo uyu mugore yatotesheje amosozi yiwe ibirenge vyanje, hanyuma abihanaguza umushatsi wiwe.
5 Ashira amazi mw’ibesani, atangura kwoza ibirenge+ vy’abigishwa no kuvyumutsa akoresheje nya gitambara yari akenyeje.
10 ashingirwa intahe ku bw’ibikorwa vyiza+, nimba yararera abana+, nimba yarakira abashitsi+, nimba yaroza ibirenge vy’aberanda+, nimba yaratabara abari mu makuba+, nimba yarakurikirana igikorwa ciza cose ashirutse ubute+.