Imigani 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ugutinya Yehova ni indero igana ku bukerebutsi+, kandi imbere y’ubuninahazwa haba uguca bugufi+. Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.