2 Samweli 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze Dawidi abwira Yowabu n’abantu bose bari kumwe na we ati: “Nimutantamure impuzu zanyu+, mukenyere amagunira*+ hanyuma muboroge cane imbere ya Abuneri.” Umwami Dawidi na we nyene yariko agendera inyuma y’inderuzo. 2 Samweli 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Tamari ashira iminyota+ ku mutwe wiwe, nya kanzu y’uturongorongo yari kuri we na yo arayitantamura; vyongeye yikorera amaboko+, araheza aragenda, agenda ararira.
31 Maze Dawidi abwira Yowabu n’abantu bose bari kumwe na we ati: “Nimutantamure impuzu zanyu+, mukenyere amagunira*+ hanyuma muboroge cane imbere ya Abuneri.” Umwami Dawidi na we nyene yariko agendera inyuma y’inderuzo.
19 Maze Tamari ashira iminyota+ ku mutwe wiwe, nya kanzu y’uturongorongo yari kuri we na yo arayitantamura; vyongeye yikorera amaboko+, araheza aragenda, agenda ararira.