Yosuwa 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yosuwa aca atantamura imitamana yiwe, agwa yubamye+ ashika hasi imbere y’isandugu ya Yehova gushika ku mugoroba, we hamwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli; baguma basūrira umukungugu ku mitwe yabo+. 2 Samweli 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Dawidi aca afata impuzu ziwe arazitantamura+, n’abagabo bose bari kumwe na we bagira kuno.
6 Yosuwa aca atantamura imitamana yiwe, agwa yubamye+ ashika hasi imbere y’isandugu ya Yehova gushika ku mugoroba, we hamwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli; baguma basūrira umukungugu ku mitwe yabo+.